Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Norveje

  • I Finnmarksvidda muri Norveje: Icabona ca Yehova ariko aramamaza mu karere kabamwo Abasami

  • I Ranheim muri Norveje: Bariko barereka umuntu ka kavidewo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya? mu kirere hari wa muco ukayangana uhora urasira amaja kw’isonga rya ruguru ry’umubumbe w’isi

Norveje: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 5.504.000
  • Abigisha Bibiliya: 12.034
  • Amashengero y’Ivyabona: 162
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 464