Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Nikaragwa

  • I Las Pilas muri Nikaragwa: Ivyabona vya Yehova bariko barigisha Bibiliya

Nikaragwa: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 6.855.000
  • Abigisha Bibiliya: 28.843
  • Amashengero y’Ivyabona: 466
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 240

BE MASO!

Tuje muri Nikaragwa

Ni co kiyaga conyene gifise amazi atarimwo umunyu mugabo kikabamwo ibifi vyo mu mabahari nka requin, espadon, na tarpon.