Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Nouvelle-Calédonie

  • I Anse Vata, ku nkengera y’ikiyaga c’i Nouméa muri Nouvelle-Calédonie: Bariko barasoma muri Bibiliya

Nouvelle-Calédonie: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 271.000
  • Abigisha Bibiliya: 2.693
  • Amashengero y’Ivyabona: 34
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 103