Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Mongoliya

  • I Erdenet muri Mongoliya: Ivyabona vya Yehova bariko baraganira ku gatabu gashingiye kuri Bibiliya bari imbere y’umuhana

Mongoliya: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 3.423.000
  • Abigisha Bibiliya: 432
  • Amashengero y’Ivyabona: 8
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 8.431

BE MASO!

Tuje muri Mongoliya

Ico “gihugu c’ijuru risa n’ubururu” kibamwo abantu baza barimukanga, b’abakiranyi bidasanzwe.