Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Letoniya

  • I Riga muri Letoniya: Ivyabona bariko barereka abantu ingene bakoresha urubuga rwa jw.org

Letoniya: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 1.883.000
  • Abigisha Bibiliya: 2.135
  • Amashengero y’Ivyabona: 29
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 898

UMUNARA W’INDERETSI

Umuhango w’uko isi izohinduka Iparadizo warahinduye ubuzima bwanje!

Ivars Vigulis yashira imbere mu buzima bwiwe ivyo gusiganwa ku mapikipiki vyatuma avugangwa, ahabwa icubahiro kandi vyaramuryohera. None ukuri kwo muri Bibiliya kwagize ico gukoze gute ku buzima bwiwe?