Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Liberiya

  • Hafi y’i Monrovia muri Liberiya: Ivyabona vya Yehova bariko barashikiriza agapapuro k’inkuru nziza Ukubaho mu mahoro mw’isi nsha

Liberiya: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 5.432.000
  • Abigisha Bibiliya: 7.922
  • Amashengero y’Ivyabona: 146
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 745