Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Sri Lanka

  • I Hatton muri Sri Lanka: Ivyabona bariko baratanga agatabu gashingiye kuri Bibiliya ku muntu ariko arasoroma icayi

Sri Lanka: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 22.181.000
  • Abigisha Bibiliya: 7.003
  • Amashengero y’Ivyabona: 98
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 3.195

INGENE INTERERANO MUTANGA ZIKORESHWA

Ukuntu umusesekara wa bamwe wuzuriza ugukehanirwa kw’abandi

Dushigikira gute ibikorwa birangurirwa mu bihugu bikenye?

Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2015

Kwegurira Imana inyubakwa z’ishami rya Sri Lanka

Muri iyo porogarama harakoreshejwe ubuhinga budasanzwe bwatuma abari mu bibanza bitandukanye bashobora kubonana.