Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Kazakistani

Kazakistani: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 19.899.000
  • Abigisha Bibiliya: 17.287
  • Amashengero y’Ivyabona: 229
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 1.164

BE MASO!

Tuje muri Kazakistani

Aho ha mbere Abanyakazakistani babaho bimukanga, bakaba mu tuzu twitwa yourtes. Ubuzima bwabo muri iki gihe buhuriye he n’ubuzima bwa ba sekuruza babo?