Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Koreya y'Epfo

  • Samcheong-dong i Seoul muri Koreya y’Epfo: Icabona ca Yehova ariko arigisha Bibiliya

  • Mu gasagara ka Daraengi, mw’izinga rya Namhae-do, muri Koreya y’Epfo: Ivyabona vya Yehova bariko barashikiriza umuntu agatabu Niwumvirize Imana

  • Mu gisagara ca Nonsan-si, i Chungnam, muri Koreya y’Epfo: Ivyabona vya Yehova bariko barabwira ubutumwa bwo muri Bibiliya umukenyezi ariko akura ibifungurwa mu mibindi bibikwamwo

Koreya y'Epfo: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 51.408.000
  • Abigisha Bibiliya: 106.161
  • Amashengero y’Ivyabona: 1.252
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 485

AMAKURU AGEZWEHO

Abakirisu bo muri Koreya y’epfo ntibagize aho bahengamiye: Inkuru y’ukwizera n’umutima rugabo

Kuva mu 1953, Ivyabona vya Yehova b’abasore bagiye barapfungwa kubera banse kuja mu gisoda babitumwe n’ijwi ryabo ryo mu mutima. Muri Ruhuhuma 2019, vyarahindutse. Nurabe ivyatumye haba iryo hinduka ry’imbonekarimwe.