Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Kamboje

Kamboje: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 16.855.000
  • Abigisha Bibiliya: 1.116
  • Amashengero y’Ivyabona: 17
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 15.295

BE MASO!

Tuje muri Kamboje

Kubera iki abantu batari bwigere babonana bitana ngo mwenewacu, mushikanje, senge, datawacu, sogokuru canke nyogokuru?

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Ico nahisemwo nkiri umwana

Agahungu gaturuka i Columbus muri Ohio muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika kahisemwo kwiga igikamboje. Kubera iki? Iyo ngingo kafashe yagize ico ikoze gute kuri kazoza kako?