Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Kirgistani

  • I Bishkek muri Kirgistani: Ivyabona vya Yehova bariko barereka umuntu akavidewo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya? ko mu rurimi rwitwa kirghiz

Kirgistani: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 7.038.000
  • Abigisha Bibiliya: 5.167
  • Amashengero y’Ivyabona: 86
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 1.387

AMAKURU AGEZWEHO

Sentare ya Kirgistani ishigikira abanse kuja mu gisirikare babitumwe n’ijwi ryabo ryo mu mutima

Ingingo yo guhindura itegeko ryo mu 2009 izotuma Ivyabona vya Yehova bakora ibikorwa vy’ukuri atari ivya gisirikare.

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Kuri Yehova vyose birashoboka

Amajambo makeya akora ku mutima umugore umwe yumvise ari muri bisi muri Kirgistani, yarahinduye ubuzima bwiwe n’ubw’umugabo wiwe.

BE MASO!

Tuje muri Kirgistani

Abantu bo muri Kirgistani bafise ubwakiranyi n’urupfasoni. Ni imigenzo iyihe iranga ubuzima bwabo bwo mu rugo?