Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Ubuyapani

  • I Tokyo mu Buyapani: Ivyabona vya Yehova bariko bakoresha umuhora wa jw.org mu kubwira ubutumwa bwo muri Bibiliya umuragi w’umugore

  • I Kamaishi mu Buyapani: Ivyabona vya Yehova bariko barabwira inkuru nziza abantu baba mu mazu y’imfatakibanza inyuma ya ca kinyamugigima na ca gisebuzi cataziriwe tsunami vyatera mu 2011

Ubuyapani: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 124.752.000
  • Abigisha Bibiliya: 214.457
  • Amashengero y’Ivyabona: 2.888
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 583

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Ingene umuco watamanzuye mu gihugu co mu Burasirazuba

Imiduga bataziriye Yehu ikozwe mu buryo budasanzwe yarafashije guteza imbere igikorwa co kwamamaza Ubwami mu Buyapani.