Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Ubutaliyano

  • I Venise mu Butaliyano: Ivyabona bariko barabwira umuntu iciyumviro kiremesha co muri Bibiliya

Ubutaliyano: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 58.851.000
  • Abigisha Bibiliya: 250.193
  • Amashengero y’Ivyabona: 2.804
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 236

BE MASO!

Tuje mu Butaliyano

Ubutaliyano burazwi cane kubera kahise kabwo, ubwiza bwaho butandukanye, n’ukuntu abantu baho bakunda kwifatanya n’abandi. Nusome ivyerekeye ico gihugu be n’igikorwa Ivyabona vya Yehova baharangurira.