Krowasiya: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 4.038.000
- Abigisha Bibiliya: 4.687
- Amashengero y’Ivyabona: 57
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 870
I Zagreb muri Krowasiya: Icabona ca Yehova ariko aratanga Umunara w’inderetsi kw’ibarabara rya Ilica
I Rovinj muri Krowasiya: Ivyabona vya Yehova bariko barashikiriza agatabu Inkuru nziza iva ku Mana
I Rovinj muri Krowasiya: Icabona ca Yehova ariko arigisha umuntu Bibiliya akoresheje igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?
I Zagreb muri Krowasiya: Ivyabona vya Yehova bariko barashikiriza agapapuro k’inkuru nziza Twokura he inyishu z’ibibazo bihambaye vyerekeye ubuzima?
I Zagreb muri Krowasiya: Ivyabona vya Yehova bariko barabwira umuntu ubutumwa bwo muri Bibiliya butanga icizigiro
I Pula muri Krowasiya: Ivyabona vya Yehova bariko baratanga agapapuro k’inkuru nziza Ubona gute kazoza? hafi y’ikibuga c’inkino c’Uburoma bwa kera
I Kaštel Gomilica mu karere ka Dalmatia muri Krowasiya: Ivyabona bariko baraha umusozabwato agapapuro gashingiye kuri Bibiliya mu gihe c’akaruhuko ka sasita