Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Hong Kong

  • I Shau Kei Wan muri Hong Kong: Ivyabona vya Yehova bariko barashikiriza ikinyamakuru Be maso!

Hong Kong: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 7.498.000
  • Abigisha Bibiliya: 5.464
  • Amashengero y’Ivyabona: 70
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 1.380

UMUNARA W’INDERETSI

Nararonse ikintu kiruta kuba rurangiranwa

Mw’ijoro rimwe gusa Mina Hung Godenzi yarabaye rurangiranwa, ariko yasanze ubwo buzima butaryoshe nk’uko yavyibaza.