Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Ubufaransa

  • I Paris mu Bufaransa, hafi y’Uruzi La Seine: Icabona ca Yehova ariko arabwira umuntu ubutumwa bwo muri Bibiliya

Ubufaransa: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 64.793.000
  • Abigisha Bibiliya: 138.133
  • Amashengero y’Ivyabona: 1.461
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 474

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

“Yehova yabazanye mu Bufaransa kugira mumenye ukuri”

Amasezerano leta y’Ubufaransa yaragiraniye na leta ya Polonye mu 1919 yaravuyemwo ibintu bitari vyitezwe.

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

“Nta kintu na kimwe munsi y’izuba gikwiye kubabuza!”

Abasuku b’igihe cose bo mu Bufaransa mu myaka ya 1930 barasize iragi mu bijanye n’umwete be n’ukwihangana.