Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Esupanye

  • I Barcelone muri Espanye: Ng’aho Ivyabona bamamaza mu carabu, mu congereza, mu gifaransa, mu gisupanyoli, mu rurimi rwitwa catalan no mu rwitwa ourdou

  • Muri Espanye, i Agaete: Ivyabona vya Yehova bariko barashikiriza agatabu Inkuru nziza iva ku Mana

Esupanye: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 48.197.000
  • Abigisha Bibiliya: 122.061
  • Amashengero y’Ivyabona: 1.397
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 397

INKURU Z’IVYABAYE

Inyubakwa abavukanyi bageragerejwemwo

Ivyabona vya Yehova amajana banse kuja mu gisoda kubera ijwi ryabo ryo mu mutima barigeze kuba bapfungirwa mu nyubakwa imwe yo muri Espanye.

BE MASO!

Tuje muri Espanye

Igihugu ca Espanye kibamwo abantu b’ubwoko butandukanye, kikagira n’intara zifise ubwiza butandukanye. Hari igifungurwa c’agaciro Espanye ihingura cane kuruta ibindi bihugu vyose kw’isi.

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Abahoze ari ababikira barakiriye ukuri

Ni igiki catumye bava mu bigo vy’ababikira mu nyuma bagaheba idini rya Gatolika?