Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Équateur

  • I Chambo muri Équateur: Ivyabona vya Yehova bariko barashikiriza agatabu kari mu rurimi rw’igikecuwa

Équateur: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 16.939.000
  • Abigisha Bibiliya: 100.195
  • Amashengero y’Ivyabona: 1.212
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 171

INGENE INTERERANO MUTANGA ZIKORESHWA

Kuburanira umwidegemvyo wo gusenga mu turere tw’abasangwabutaka

Igihe abaturwanya baburabuza uburenganzira Ivyabona vya Yehova bafise bwo gusenga mu mwidegemvyo, abavukanyi baciye bahaguruka kugira bagire ico bafashije.