Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

République dominicaine

  • I Samaná muri République dominicaine: Ivyabona vya Yehova bariko bereka umudandaza w’inazi ividewo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya?

République dominicaine: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 11.156.000
  • Abigisha Bibiliya: 38.792
  • Amashengero y’Ivyabona: 536
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 293

Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2015

République dominicaine

Nusome inkuru ikora ku mutima y’Ivyabona vya Yehova bo muri République dominicaine.