Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Danemarke

  • I Ebeltoft muri Danemarke: Icabona ariko arashikiriza agapapuro k’inkuru nziza Ni igiki cotuma mu rugo harangwa agahimbare?

Danemarke: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 5.941.000
  • Abigisha Bibiliya: 14.639
  • Amashengero y’Ivyabona: 172
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 410

AMAKURU AGEZWEHO

Ivyabona vya Yehova bariko baratuma abaganga bo muri Danemarke bijukira kubaga badakoresheje amaraso

Ibinyamakuru bikomeye biravuga ko urwego rujejwe ivy’ubuvuzi rwo mu gihugu ruriko ruratanguza ubundi buryo bushasha bujanye no kugabanya amaraso aseseka igihe bariko barabaga hamwe no kubaga hadakoreshejwe amaraso.