Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Cap Vert

  • I Mindelo muri Cap-Vert: Ivyabona bariko bashikiriza agatabu Inkuru nziza iva ku Mana!

Cap Vert: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 573.000
  • Abigisha Bibiliya: 2.277
  • Amashengero y’Ivyabona: 35
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 256