Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Kamerune

  • I Buea muri Kamerune: Icabona ca Yehova ariko arabwira ubutumwa umurimyi w’icayi hafi y’Umusozi Kamerune

Kamerune: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 28.608.000
  • Abigisha Bibiliya: 44.558
  • Amashengero y’Ivyabona: 500
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 665

INGENE INTERERANO MUTANGA ZIKORESHWA

Inyubakwa zubatswe imbere y’ikiza

Mu mwaka w’umurimo wa 2020, twategekanya kwubaka canke gusanura ibibanza vyo gusengeramwo birenga 2.700. Ikiza ca Korona cagize ingaruka izihe kuri iyo migambi?