Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Amazinga ya Cook

  • Kw’izinga rya Rarotonga, rimwe mu Mazinga ya Cook: Ivyabona bariko baratumira umuntu ku makoraniro yabo y’ishengero

Amazinga ya Cook: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 17.000
  • Abigisha Bibiliya: 193
  • Amashengero y’Ivyabona: 3
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 92