Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Côte d’Ivoire

  • I Abidjan muri Côte d’Ivoire: Icabona ca Yehova ariko ashikiriza agatabu Niwumvirize Imana

Côte d’Ivoire: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 29.389.000
  • Abigisha Bibiliya: 12.712
  • Amashengero y’Ivyabona: 227
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 2.436

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Baritanze babikunze

Bashiki bacu benshi bakoreye mu mahanga, mu ntango baratinya kwimukira mu kindi gihugu. None bashize ubwoba gute? Ni ibiki bigiye mu gikorwa baranguriye mu mahanga?