Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Belize

  • I Corozal muri Belize: Icabona ca Yehova ariko arabwira ubutumwa bwo muri Bibiliya umukozi

Belize: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 441.000
  • Abigisha Bibiliya: 2.492
  • Amashengero y’Ivyabona: 53
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 180