Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Botswana

  • I Sepupa muri Botswana: Ivyabona vya Yehova bariko barabwira inkuru nziza umurovyi ku ruzi Okavango

Botswana: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 2.346.000
  • Abigisha Bibiliya: 2.391
  • Amashengero y’Ivyabona: 42
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 1.016

IGIKORWA CO KWAMAMAZA

Barerekanye diyama y’ubundi bwoko

Abana barakunze cane twa tuvidewo twa Kalebu twigisha abana gushira mu ngiro ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya.