Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Uburundi

  • I Muruta mu ntara ya Kayanza, mu Burundi: Ivyabona bariko barigisha Bibiliya umurimyi w’icayi

Uburundi: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 12.999.000
  • Abigisha Bibiliya: 18.129
  • Amashengero y’Ivyabona: 374
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 749

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Yehova ‘yaragoroye iminyuro yanje’