Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Burkina Faso

  • I Manga muri Burkina Faso: Ivyabona bariko baravuga inkuru nziza mu gihe c’iyimbura ry’ipampa

Burkina Faso: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 22.721.000
  • Abigisha Bibiliya: 1.986
  • Amashengero y’Ivyabona: 50
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 12.470

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Baritanze babikunze—Muri Afrika yo mu Burengero

Ni igiki catumye Abanyaburaya bamwebamwe bimukira muri Afrika yo mu Burengero, kandi vyabagendeye gute?

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Kwegera Imana vyambereye vyiza

Igihe Sarah Maiga yari afise imyaka icenda, yararetse gukura ku mubiri, ariko ntiyaretse gukura mu vy’impwemu.