Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Bangladesh

  • I Dhaka muri Bangladesh: Icabona ariko arabwira inkuru nziza umugabo wo mu bwoko bwa Mandi

Bangladesh: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 172.075.000
  • Abigisha Bibiliya: 346
  • Amashengero y’Ivyabona: 6
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 509.098