Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Ostraliya

  • I Wollongong, muri Ostraliya: Ivyabona vya Yehova bariko baratumira umuntu ku nsiguro ishingiye kuri Bibiliya

Ostraliya: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 26.636.000
  • Abigisha Bibiliya: 71.188
  • Amashengero y’Ivyabona: 726
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 379

GUFASHA ABANTU

Barahumuriza abageze mu zabukuru

Ivyabona vya Yehova baragendera ibigo vyo muri Ostraliya vyitaho abageze mu zabukuru.

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Baritanze babikunze​—Muri Oseyaniya

Ivyabona vya Yehova bakorera aho bikenewe kuruta muri Oseyaniya batorera umuti gute ingorane zibashikira?

GUFASHA ABANTU

Ivyabona vya Yehova barashimiwe kubera ko bafasha abanyororo

Ni igikorwa ciza ikihe Ivyabona vya Yehova icenda bakoreye abanyororo bapfungiwe muri rimwe mu mabohero manini kuruta ayandi yo muri Ostraliya bapfungiramwo abaje muri ico gihugu mu buryo butemewe n’amategeko?

IGIKORWA CO KWAMAMAZA

Kwamamaza mu karere kari ukwa konyene muri Ostraliya

Abagize umuryango umwe baratuyagira ingene vyagenze igihe bamaze indwi bariko bavuga inkuru nziza mu karere kari ukwa konyene muri Ostraliya.