Otrishe: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 9.105.000
- Abigisha Bibiliya: 22.443
- Amashengero y’Ivyabona: 283
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 411
GUFASHA ABANTU
Bafasha impunzi ziri i Buraya
Impunzi zirakeneye n’ibindi uretse imfashanyo. Ivyabona barabahumuriza bakongera bakababwira icizigiro Bibiliya itanga.
UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)
Narabuze dawe —Ndonka uwundi Dawe
Nusome inkuru y’ubuzima ya Gerrit Lösch, umwe mu bagize Inama Nyobozi
Ibirori vyo kwibuka Ivyabona vya Yehova vyabereye mw’ibohero ry’i Gusen
Ku wa 13 Ndamukiza 2014, harabaye ibirori vyo gushira ahabona ikimenyetso co kwibuka Ivyabona 450 Abanazi bapfungiye mw’ibohero ry’i Mauthausen n’iry’i Gusen muri Otrishe.