Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Arjantine

  • I Catamarca muri Arjantine hafi y’igisagara ca Alumbrera: Icabona ariko asomera umurongo wo muri Bibiliya umwungere

Arjantine: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 46.045.000
  • Abigisha Bibiliya: 153.751
  • Amashengero y’Ivyabona: 1.938
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 301