Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Albaniya

  • Gjirokastër muri Albaniya: Ivyabona vya Yehova bariko bashikiriza agatabu Vyoba vyararemwe?

Albaniya: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 2.762.000
  • Abigisha Bibiliya: 5.461
  • Amashengero y’Ivyabona: 83
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 511