Ja ku birimwo

Icigwa ca 8: Nupange neza ibintu vyawe

Icigwa ca 8: Nupange neza ibintu vyawe

Woba ukunda gupanga neza ibintu vyawe nka Yehova? Raba icigwa Kalebu yiga mu vyo kugira isuku no gupanga ibintu neza.

Raba kandi

INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA

Udukorwa tw’abana

Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.