Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

JW LIBRARY

Koresha urutonde rw’ivyo uheruka kwugurura​—Android

Koresha urutonde rw’ivyo uheruka kwugurura​—Android

JW Library irabika ibiganiro be n’ibigabane vyo muri Bibiliya usoma. Ivyo vyogufasha nk’akarorero nimba ushaka gusubira ku canditswe wari wasomye.

Ehe raba ingene wobigira:

 Ja muri Historique

Fyonda ku kamenyetso kameze nk’isaha y’urushinge canke ahavuga ngo Historique kugira urabe urutonde rw’ivyo uheruka gusoma. Fyonda ku canditswe canke ku kiganiro kiri muri urwo rutonde kugira usubire ugisome.

 Futa ibiri muri Historique

Fyonda ahanditse Historique kugira urabe ibiriyo. Fyonda ahanditse Tout effacer kugira ufute ibiriyo vyose.

Ubu buryo bwo gukoresha JW Library bwabonetse muri Rusama 2014 igihe hasohoka JW Library 1.2, iyikorana n’utwuma twa Android 2.3 canke utw’inyuma y’aho. Nimba atari ko bikora muri JW Library yawe, raba ibivugwa mu kiganiro kivuga ngo “Koresha JW Library​—Android,” munsi y’ahavuga ngo Raba ko programa yawe ari iya vuba.