Ja ku birimwo

Zimbabwe

2015-10-06

Zimbabwe

Igikorane mpuzamakungu co mu 2014—Ikiganiro twagiranye n’uwuserukira ibiro vy’Ivyabona muri Zimbabwe

John Jubber ariko aravuga ivyiza vyavuye mu gikorane mpuzamakungu c’Ivyabona vya Yehova cabereye i Harare muri Myandagaro 2014.

2015-09-09

Zimbabwe

Ibikorane vyo mu 2015 vyataziriwe ngo “Niwigane Yezu!” muri Zimbabwe inyuma y’umwaka umwe habaye igikorane mpuzamakungu c’intibagirwa

Igikorane mpuzamakungu co mu 2014 ni yo nkuru yavuzwe cane mu bimenyeshamakuru kuruta izindi zose muri Zimbabwe, ivyo bikaba bituma twitega ibintu vyiza cane ku bikorane vyo muri uyu mwaka.