Ja ku birimwo

Eritrea

2015-11-04

Eritrea

Umugwi wa ONU uzotanga raporo y’ingene agateka ka zina muntu gahonyangwa muri Eritreya

Mu mpera za Gitugutu, Inama nkuru ya ONU izokwumviriza raporo y’ukuntu Eritreya ihonyanga agateka ka zina muntu, ivyo bikaba birimwo uguhama cane Ivyabona vya Yehova.

2014-10-07

Eritrea

Imyaka 20 iraheze bapfunzwe muri Eritreya​—Boba bazoteba bakarekurwa?

Abasore batatu b’Ivyabona baramaze imyaka 20 bapfunzwe, kandi ntibarigera baburana. Hari n’abandi benshi bapfunzwe. Eritreya yoba izoteba igahagarika urwo ruhamo rushingiye kw’idini?