Programa y’ihwaniro ryo mu 2024: ‘Numenyeshe inkuru nziza’

Ku wa gatanu

Programa yo ku wa gatanu ishingiye kuri Luka 2:​10: «Ngira ndabamenyeshe inkuru nziza izonezereza cane abantu bose.»

Ku wa gatandatu

Programa yo ku wa gatandatu ishingiye kuri Zaburi 96:​2: «Uko bukeye, nimutangaze inkuru nziza y’ubukiriro atanga.»

Ku wa mungu

Programa yo ku wa mungu ishingiye kuri Matayo 24:​14​—⁠«. . . maze iherezo rizoca riza.»

Ibimenyeshwa abitavye ihwaniro

Amakuru afasha abitavye ihwaniro.

Raba kandi

IBITWEREKEYE

Niwitabe igikorane co mu 2024 cataziriwe ngo “Numenyeshe inkuru nziza”

Turagutumiye n’igishika cinshi kwitaba igikorane c’Ivyabona vya Yehova c’uyu mwaka kizomara imisi itatu.

IBIKORANE

Uratumiwe ku gikorane c’Ivyabona vya Yehova co mu 2024 cataziriwe ngo ‘Numenyeshe inkuru nziza’

Turabatumiye ku gikorane c’Ivyabona vya Yehova co muri uno mwaka kizomara imisi itatu.

IBIKORANE

Imponjo y’igikino kivuga ngo Inkuru yerekeye igikorwa ca Yezu: Umuco w’ukuri w’isi

Nurabe imponjo y’igikino kivuga ngo Inkuru yerekeye igikorwa ca Yezu: Epizode ya 1. Iyo epizode izokwerekanwa ku gikorane co mu 2024.